Umukozi wa Médecins sans Frontières (MSF) yahitanywe n'inguma z'aho yarashwe mu buseruko bwa Repuburika ya Demokarasi ya Congo aho abagwanyi b'umuhari witwaje ibigwanisho wa M23 - ushigikiwe n'Urwanda ...
Umupolisi w'umufaransa yigize incungu igihe abantu bagiriwe ingwati mu mangazini yo mu Bufaransa yapfuye, ahitanywe n'inguma, niko ubutegetsi bwavuze. Lt-Col Arnaud Beltrame, w'imyaka 45, "aguye ...